Tumgik
#BAHEJEJ
pixiecaps · 1 year
Text
BAHEJEJ “i was joking and you had the right reaction” IM
2 notes · View notes
magaratimesfm · 3 years
Text
Burundi Football: Umurwi nserukira gihugu w' abigeme U20 batsinze Namibia. Umurwi nserukira gihugu w' Uburundi mu bigeme bari musi y' imyaka 20, bahejeje gutsinda umurwi nserukira gihugu wa Namibia U20 ku bitsindo bibiri vyose k' ubusa hari...
Burundi Football: Umurwi nserukira gihugu w’ abigeme U20 batsinze Namibia. Umurwi nserukira gihugu w’ Uburundi mu bigeme bari musi y’ imyaka 20, bahejeje gutsinda umurwi nserukira gihugu wa Namibia U20 ku bitsindo bibiri vyose k’ ubusa hari…
Burundi Football: Umurwi nserukira gihugu w’ abigeme U20 batsinze Namibia. Umurwi nserukira gihugu w’ Uburundi mu bigeme bari musi y’ imyaka 20, bahejeje gutsinda umurwi nserukira gihugu wa Namibia U20 ku bitsindo bibiri vyose k’ ubusa hari mu rukino rwo gusubiriza rwabereye muri Africa y’ epfo mu ntumbero yo kurondera itike yo kuzokina inkino z’ igikombe c’ isi kizobera muri Costa Rica🇨🇷 2022.…
Tumblr media
View On WordPress
0 notes
magaratimes · 5 years
Photo
Tumblr media
Kayanza United: Aimé Nzohabonayo ahejeje gukomborwa ! Inyuma yaho umurwi wiwe utsindiwe ibitsindo (5-0) n'umurwi wa Bujumbura City, umumenyereza w'umurwi wa kayanza United ahejeje gukomborwa n'abarongoue uyo murwi nkuko bahejeje kubicisha kurubuga rwabo rwa Instagram. Aimé Nzohabonayo yagirizwa umwimbu udashemeye mu murwi wa Kayanza United amaze gukina inkino 5 akaba amaze kunganya 2 atsindwa gatatu.
0 notes
Text
Ubutumwa bwa FDLR ku Munsi Mukuru w’Umuganura 2017
Tumblr media
Bacunguzi, Bacunguzikazi, Nshuti, Bavandimwe;
Nimugire UBUTABERA buzatuma tugira AMAHORO arambye, UBWIYUNGE nyabwo n’AMAJYAMBERE kuri bose.
Nk’uko tubimenyereye, tariki ya 01 Kanama ni umunsi ngarukamwaka Abanyarwanda twese twizihizaho umunsi mukuru w’UMUGANURA. Mu muco nyarwanda, igihe cy’ihinga iyo cyabaga kigeze, ababyeyi bahaga abana babo imbuto y’amasaka bakabiba. Igihe cy’isarura abana bagafata ku byo bejeje mbere bakabishyira ababyeyi babo aribyo bitaga KUGANUZA. Ayo maturo yabaga abonetse hamwe n’umusaruro bwite w’ababyeyi nibyo byategurwagamo umuganura wagombaga gusangirwa n’ umuryango wabo wose.
Uwo muco mwiza wo gusangira no kwishimira ibyagezweho mu buhinzi watumaga Abanyarwanda barushaho gusabana no kunga ubumwe bigatuma barushaho kubana mu mahoro ya kivandimwe. Nyuma y’akaga kagwiriye u Rwanda, agatsiko ka FPR kari ku butegetsi kaciye imbuto y’amasaka mu turere tumwe na tumwe tw’u Rwanda, gakenesha abaturage kabateza inzara kataretse kubacamo ibice no kubagira ba nyamwigendaho. Nguko uko uwo munsi w’Umuganura wahindutse uw’ubwigunge n’amaganya aho kuba uw’ubusabane na gahuzamiryango. Mbega ishyano!
Bacunguzi, Bacunguzikazi,
Muri iki gihe twibuka Umunsi w’Umuganura, ntitwabura kuzirikana ko hari benshi mu banyarwanda bari mu kababaro baterwa n’uko batawijihije uko bikwiye: – Bamwe bakomeje guhezwa mu gihugu cyababyaye bikababuza gusangira n’abavandimwe babo ibyiza by’igihugu; – Imibereho mibi y’Abacunguzi bari muri Repubulika iharanira Demokarasi ya Kongo (RD Congo) cyane cyane abari mu makambi ya KISANGANI, KANYABAYONGA na WALUNGU; – Mu gihugu cyacu bamwe baricira isazi mu jisho abandi bagakubitira abana kuryama. Ikibabaje ariko ni uko hari abadamaraye babikesha kunyunyuza imitsi y’abo bahejeje mu butindi. Abo se basangira bate umuganura? – Abari mu magereza n’abicwa urubozo bo ibyo kuganura ntibibareba. Izi ngorane zose n’ibindi bibazo byose byugarije Abanyarwanda, ntitwakwibagirwa ko ari ingaruka zo kuba twarabuze uburenganzira ku gihugu no mu gihugu cyacu. Niyo mpamvu dukomeje gusabwa kongera imbaraga tugamije kusa ikivi twatangiye cyo kubohoza gakondo yacu n’Abanyarwanda.
Bacunguzi, Bacunguzikazi,
Ngo ahari ubushake haba n’ubushobozi. Aho turi hose tugomba kurangwa no gukora twirinda ubunebwe kandi tunarwanya abarangwa n’umuco mubi wo kunyunyuza imitsi y’abandi. Umusaruro uturutse mubyo dukora dukomeze tuwushimire Imana Rurema kandi tunawusangire n’abo dufatanije urugamba rwo kwibohora. Kwamagana twivuye inyuma ibidutanya tukimika ibiduhuza bigomba gukomeza kutubera umugenzo mwiza uranga buri Mucunguzi. Dukomeze dushyigikire umuco mwiza w’ubusabane nyabwo kuko ari intambwe idutoza kuzasangira ibyiza by’ejo hazaza. Turusheho kugororokera IMANA tunayisaba ko mu minsi iri imbere twazizihiza umunsi mukuru nk’uyu turi ku butaka bw’abasokuruza.
HARAKABAHO URUGAGA RWACU FDLR; HARAKABAHO ABACUNGUZI, ABACUNGUZIKAZI N’INSHUTI Z’URUGAGA; HARAKABAHO UMUNSI MUKURU W’UMUGANURA. HARAKABAHO UBUSABANE MU BANYARWANDA.
Bikozwe ku wa 23 Nyakanga 2017.
BYIRINGIRO VICTOR
General Major
PRESIDENT ai des FDLR
0 notes
smbkirundi-blog · 8 years
Text
KANYOSHA (BUJUMBURA) : HABAYE IGITERO C'ABASUMA BAKORESHA IMIPANGA
#BurundiCrisis - Kuwa Mbere 9 Nzero 2017 - INKURU YA SOS Médias Burundi Mw'ijoro ryakeye nk'isaha 4, amasase yarumvikanye muri Karitiye Busoto Zone Kanyosha ( Mu bumanuko bw'igisagara ). Amakuru twaronse avuga ko ayo masase yari ay'aba polisi bo ku kirindiro c'ishure nshingiro riri hafi bariko bakurikira abasuma bita "baturupanga", biba bakoresheje imipanga. Abo bagizi ba nabi bahatswe kwiba umugabo yaratashe iwe. Aho bari bahejeje kwiba uwundi telefone ngendanwa yiwe. Muraya mezi 3, abo basuma barivye abantu 4. Umuntu umwe yaratemaguwe ku mutwe, uwundi ku kuguru, aho abo bagizi ba nabi binjira mu ngo zabo. Ababa mu Kinindo na Kibenga basaba ko umutekano wokwongererezwa. "Abantu benshi baramaze kwibwa no gukomeretswa!Ntitwumva ingene abo basuma badahanwa", nk'uko umwe avyidoga. Tuzohava twibaza ko bashigikiwe, nk'uko abandanya abivuga. "Ubu singeza gutaha inyuma y'isaha zine", umwe mu bahaba niwe abivuga. Abo barupanga umengo baradutekega amasaha dutahirako". Ababa mu Kibenga na Kinindo bavuga ko abo basuma boroherezwa n'amatara aguma acika kuko mu mwijima atawubabona. #Kanyosha #Kinindo #Kibenga #Bujumbura #Burundi
0 notes
pixiecaps · 2 years
Text
billzo: so ran saw this rlly pretty person-
sneeg: did she have big boobs?
3 notes · View notes
magaratimes · 5 years
Text
# Burundi#Umutekano# Igipolisi c'u Burundi Cerekanye Abasuma 3 Baheruka kwiba umupfasoni w Umurundikazi.
# Burundi#Umutekano# Igipolisi c’u Burundi Cerekanye Abasuma 3 Baheruka kwiba umupfasoni w Umurundikazi.
Igipolisi c’uburundi cerekanye kuri uyu wa kabiri abantu batatu bivugwa ko ari abasuma bafashwe mu ntango z’ukwezi kwa gatandatu bahejeje kwiba umukenyezi yaragiye kurema isoko mu gihugu ca Tanzania.
Icegera c’umuvugizi w’ubushikiranganji bw’umutekano MOISE NKURUNZIZA avuga ko bafashwe mu mishamirano yabaye hagati y’uwo murwi n’abajejwe umutekano aho hapfuye batatu muri bo.
Moise NKURUNZIZA…
View On WordPress
0 notes
magaratimes · 5 years
Text
Burundi: Ururonde rw'Abakinyi 28 b'Intamba Murugamba Bagiye Kwitegurira CAN 2019 Bahejeje Gushirwa Ahabona.
Burundi: Ururonde rw’Abakinyi 28 b’Intamba Murugamba Bagiye Kwitegurira CAN 2019 Bahejeje Gushirwa Ahabona.
Urutonde rw’abakinyi 28 b’Intamaba Murugamba bagiye kwitegurira CAN 2019 izobera muri Misiri bahejeje gushirwa ahabona n’umumenyereza AlAIN Olivier Niyungeko batazira “Mutombora”. Muri runo rutonde dusangamwo abakinyi bashika kure batatu tutari tumenyereye cane. nka BEMBO Leta Joel yahora akinira umurwi wa  Bangor City wo muri Pays de Galles, DELANYS Valentin Adelin asazwe akinira umurwi wo…
View On WordPress
0 notes
magaratimes · 6 years
Text
#Burundi: Ingingo Yo Kubuza Ama Kaminuza 9 Kwakira Abanyeshure Bashasha Mu Mwaka w’Ishure Wa 2018-2019 Ngo Yafashwe Mu Ntumbero Yo Gusubiza Akanovera Inyigisho Za Kaminuza.
#Burundi: Ingingo Yo Kubuza Ama Kaminuza 9 Kwakira Abanyeshure Bashasha Mu Mwaka w’Ishure Wa 2018-2019 Ngo Yafashwe Mu Ntumbero Yo Gusubiza Akanovera Inyigisho Za Kaminuza.
Gaspard BANYANKIMBONA mu kiganiro yahaye abamenyesha makuru kuri uyu wa mbere yamenyesheje yuko bafashe iyo ngingo yo kubuza ama kaminuza amwe amwe kwakira abanyeshure muri uyu mwaka kuko basanze abanyeshure bose biga za kaminuza baja kw’isoko rimwe benshi bakunda kuboneka yuko batize neza iyo bahejeje. Ngo ubu bagomba kurabe uko binjira, ko binjira bose bafise ibisabwa. Abatunganya ivyigwa nabo…
View On WordPress
0 notes
magaratimes · 6 years
Text
#AIGLENOIR: Joslin BIPFUBUSA yafashe ingingo yo guhagarika abakinyi indwi buyo mugwi.
#AIGLENOIR: Joslin BIPFUBUSA yafashe ingingo yo guhagarika abakinyi indwi buyo mugwi.
Abo bakinyi indwi bahejeje guhagarikwa n’umumenyereza Joslin BIPFUBUSA wa Aigle noir yi Makamba  ni: 1.NDAYISHIMIYE Youssuf Nyange. 2.NAHIMANA Moise. 3.NAHIMANA Eloi Fils. 4.NDIKUMANA Jean Etando. 5.RUKUNDO Therence. 6.IRAKOZE Yves. 7.NDAYISHIMIYE Eric. Imvo ziryo hagarikwa mu mugwi kurabo bakinyi nuko batashitshitse mu mwiherero wuyo mugwi umwanya basabwe gushikirako nukuvuga itariki 17…
View On WordPress
0 notes
magaratimes · 8 years
Text
#VOAKirundi: Kaminuza Itanguye nta Gafashanyo ku Banyeshure
#VOAKirundi: Kaminuza Itanguye nta Gafashanyo ku Banyeshure
[ad_1] Kur’ uyu wa gatanu niho huguruwa icese umwaka w’ishure w’i 2016 ushira 2017, muri kaminuza y’ Uburundi. Uyu mwaka uhuriranye n’ingingo ya reta yo guhagarika agafashanyo yahora iha abanyehure ku buntu, kagiye kuba ingwati bazoriha. Abanyeshure bariyamiriza iyo ngingo, bagasigura kw’abenshi baturuka mu miryango ikenye kandi batanaronka akazi vyoroshe, iyo bahejeje amashure. Yamara…
View On WordPress
0 notes