Tumgik
#URUHOME
interestwatch · 6 months
Text
0 notes
itaraburundi · 5 years
Photo
Tumblr media
#Burundi: Abanyororo bo mw'ibihero rikuru ry'i #Ngozi barahitanwa n'indwara z'isukurike uruhome narwo rubomoke. Umuyobozi w'iryo bohero Ngomanziza Franck aheruka kuzibura inzira icamwo amazi ava indani mw'ibohero . Ivyo navyo vyatumye kuva imvura imaze gutasura mur'uku kw'icumi 2019 amazi adasubira kuronka ahaca aca adengera indani, yuzuza utuzu twa surwumwe none uwinjiyeyo yakirwa n'umunuko, amazirantoke akaba yatanguye kureka mumazu y'abanyororo. Atahikozwe vuba ingwara ziva kwisuku rike zishobora kwiha inkumbi hanyuma impome zibohero nazo zisiduke kubera gutita nk'uko amakuru dukura mubegereye iryo bohero babivuga. https://www.instagram.com/p/B3lt_uRhKtA/?igshid=1xei6s3mgr8cg
0 notes