Tumgik
#ikiringo
magaratimesfm · 3 years
Text
Ubworozi: Mu gisagara ca Magara muri commune Bugarama,intara ya Rumonge,haracibonekeza ibitungwa bikiyerera mw'ibarabara no mw'isoko na cane cane impene,mugihe ikiringo aborozi bahawe n'ubushikiranganji bw'uburimyi n'ubworozi hamwe n'ibiduk...
Ubworozi: Mu gisagara ca Magara muri commune Bugarama,intara ya Rumonge,haracibonekeza ibitungwa bikiyerera mw’ibarabara no mw’isoko na cane cane impene,mugihe ikiringo aborozi bahawe n’ubushikiranganji bw’uburimyi n’ubworozi hamwe n’ibiduk…
Ubworozi: Mu gisagara ca Magara muri commune Bugarama,intara ya Rumonge,haracibonekeza ibitungwa bikiyerera mw’ibarabara no mw’isoko na cane cane impene,mugihe ikiringo aborozi bahawe n’ubushikiranganji bw’uburimyi n’ubworozi hamwe n’ibidukikije carangiye ko ibitungwa vyose bigomba kugaburirwa mu ruhongore,ko kizira ku borozi kurekura ibitungwa hanze canke ku misozi. None ibi bitungwa…
Tumblr media
View On WordPress
0 notes
itaraburundi · 5 years
Photo
Tumblr media
#Burundi: Inama nshikiranganji yakoranye kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 30/10/2019 mu ngoro y'umukuru w'igihugu @NtareHouse irongowe na @pnkurunziza. Muvyari kurutonde harimwo integuro y'itegeko ryerekana uko umukuru w'igihugu afatwa arangije ikiringo. https://www.instagram.com/p/B4PUfs8Bp0U/?igshid=j6cliy4s4hok
0 notes
magaratimesfm · 4 years
Text
#RMT: #Official: #RealMadrid yamenyesheje ko #DavidAlaba azoshika muri uyo murwi mumpera z' uno mwaka w' inkino(2020-2021) aho ikiringo co gukinir... - #RMTUpDates
#RMT: #Official: #RealMadrid yamenyesheje ko #DavidAlaba azoshika muri uyo murwi mumpera z’ uno mwaka w’ inkino(2020-2021) aho ikiringo co gukinir… – #RMTUpDates
#Official: #RealMadrid🇪🇸 yamenyesheje ko #DavidAlaba azoshika muri uyo murwi mumpera z’ uno mwaka w’ inkino(2020-2021) aho ikiringo co gukinira #BayernMunich🇩🇪 kizoba kirangiye. David Alaba akaba akaba asanzwe ari umukinyi w’ inyuma k’ uruhande. Iyo nkuru uyakiriye gute? Source: #Marca#PérèsNIBIGIRA Source
Tumblr media
View On WordPress
0 notes
magaratimes · 6 years
Text
Burundi-Football: NSENGIYUMVA Global Development Cup iragarutse n’inguvu zidasanzwe.
Burundi-Football: NSENGIYUMVA Global Development Cup iragarutse n’inguvu zidasanzwe.
  Inyuma yo kumara  ikiringo kitari gito Foundation NSENGIYUMVA Global Development canke NGD mu mupfunyafunyo kidategura inkino kurwaruka ruri mu karuhuko uyu mwaka iryo shirahamwe ribicishije mugisata caryo kizwi nka NGD star Sports gisanzwe gitegura inkino, rigiye kugarukana inkomezi zidasanzwe mu gufasha urwaruka ruri mu karuhuko kugira ngo ruzokine inkino z’umupira wa maguru zizotuma…
View On WordPress
1 note · View note
magaratimes · 4 years
Text
#Burundi #Football: Eric Kwizera aremeza amakuru ava mu Rwanda.
#Burundi #Football: Eric Kwizera aremeza amakuru ava mu Rwanda.
Umukinyi wo kunimero icumi (numéro 10) yahora akinira umurwi wa Olympic Star mu mwaka w’inkino uheze wa 2019-2020, Eric Kwizera batazira “Kirungo” amakuru ava mu gihugu kibanyi c’Urwanda avuga yuko uyo musore yoba amaze gusinyira umurwi wa Entincelles FC wo mugihugu kibanyi c’Urwanda ikiringo c’imyaka ibiri kuzowukinira.
Uyo musore w’imyaka 21 y’amavuko aremeze neza ko ari hafi yo gusinyira…
View On WordPress
0 notes
magaratimes · 5 years
Text
FC Barcelona : Messi arashobora kuzosiba murukino rwa Inter de Milan ?
FC Barcelona : Messi arashobora kuzosiba murukino rwa Inter de Milan ?
Lionnel Messi kizigenza wa FC Barcelone aherutse gusubirizwa mugice ca mbere na Osmane Dembele murukino Barcelona iherutse gutsinda Villarreal (2-1) biturutse k’umvune. Itangazo rya FC Barcelona rivugako   kizigenza wabo afise imvune yo kukuguru kw’ibubamfu ariko muriryo tangazo Barcelone ntiyamenyesheje ikiringo azomara ari hanze y’ikibuga.
Ikinyamakuru L’Equipe ca bafaransa kimenyesha ko uyo…
View On WordPress
0 notes
magaratimes · 5 years
Text
#Dortmund: Achraf Hakimi ngo aracarota igaruka ryiwe muri Real Madrid.
#Dortmund: Achraf Hakimi ngo aracarota igaruka ryiwe muri Real Madrid.
Umunya Maroc yatijijwe n’umurwi wiwe wa Real Madrid ikiringo c’imyaka ibiri mu murwi wa Dortmund ngo aracatora kugaruka mu murwi wa Real Madrid nkuko yabibwiye ikinyamakuru Marca.
Tumblr media
Achraf ati: “Nama nkurikirana inkino zose za Real Madrid, ndakunda gukurikira umupira wo mugihugu ca Espagne.  Narabivuze ko igihe icarico cose  Real Madrid izompamagariko nzoba uwa mbere kwitaba akamo kawo.…
View On WordPress
0 notes
magaratimes · 5 years
Text
Burundi # indero: Ikiringo c’Umusi Umwe Nico Cahawe Abavyeyi Kugirango Bandikishe Abana mu Mwaka Wa Mbere w'Ishure Nshingiro.
Burundi # indero: Ikiringo c’Umusi Umwe Nico Cahawe Abavyeyi Kugirango Bandikishe Abana mu Mwaka Wa Mbere w’Ishure Nshingiro.
Ubuyobozi bw’Indero, Inyigisho, Ubuhinga n’Imyuga mu Gisagara ca Bujumbura butanga ikiringo c’Umusi umwe w’igenekerezo rya 20 Myandagaro 2019 ngo abavyeyi bandikishe abana babo mu mwaka wa mbere w’Ishure Nshingiro mu mashure ya Leta.
Patrice TUHABONIMANA, umuyobozi w’Indero muri Mairie ya Bujumbura asigura yuko  baherutse gusohora itangazo ryerekana ingene abana bo mu wa mbere bategerezwa…
View On WordPress
0 notes
magaratimes · 5 years
Photo
Tumblr media
#Chelsea #Fooball: Claude Makelele yagarukanywe muri Chelsea! Inyuma yo gukinira umurwi wa Chelsea "The Blues" ikiringo c'imyaka 5 yose kuva muri 2003 gushika muri 2008, Claude Makelele yahora amenyereza umurwi wa…
0 notes
magaratimes · 5 years
Text
Burundi: Abasatirizi Ba Primus League Bananiwe Guhanagura Amateka Ya Laudit Mavugo Harashize Imyaka 2!
Burundi: Abasatirizi Ba Primus League Bananiwe Guhanagura Amateka Ya Laudit Mavugo Harashize Imyaka 2!
Harashize imyaka ishika kuri ibiri y’inkino abasatirizi basanzwe bakini iryo higanwa bananirwa guhanagura amateka yandikishijwe n’umusatirizi wa kera wa Vital’O FC, Laudit Mavugo mukumara ikiringo c’imyaka ishika kuri ibiri yose atsinda ibitsindo bishika kuri 30 buri umwaka w’inkino muriryo higanwa muri 2015-2016, 2016-2017 none kuva aho agiriye ntawundi musatirizi arasubira kwinjiza ivyo…
View On WordPress
0 notes
magaratimes · 6 years
Text
#Burundi #ArabieSaoudité: Aladalah Club Wasinyishije Ndikumana Yamin Seleman.
#Burundi #ArabieSaoudité: Aladalah Club Wasinyishije Ndikumana Yamin Seleman.
Inyuma yo kumara ikiringo kitari gito ata mugwi afise, Ndikumana Yamin Seleman, kizigenza w’Intamba mu rugamba yasenye amasezerano yo gukinira umugwi wo mucicaro ca kabiri wo mugihugu c’Arabie Saoudité Aladalah Club, nkuko tubisanga kuri Facebook yiwe, ariko ikiringo yasinye muruyo mugwi nticamenyeshejwe.
Kuri uyu wa kabiri niho uyo mukinyi wa kera w’Al Messaimeer, yasinye amasezeano yo gukinira…
View On WordPress
0 notes
magaratimes · 6 years
Text
Olympic Star/ Siméon Barayandema yashikirije icese Nzeyimana Musafiri amabanga y’ubuyobozi.
Olympic Star/ Siméon Barayandema yashikirije icese Nzeyimana Musafiri amabanga y’ubuyobozi.
Kuruyu wa gatandatu mu ntara ya Muyinga, harabaye ibirori vyo gushikiriza icese amabanga y’ubuyobozi butandukanye bw’umungwi wa Olympic Star. Siméon Barayandema yahoze arongora uyo mugwi ikiringo c’imyaka 2 yashikirije icese Nzeyimana Musafiri amabanga y’ubuyobozi bwa Olympic Star.
                         Uhereye Iburyo Nzeyimana Musafiri, Siméon Barayandema
  Muvyo Barayandema yamushikirije…
View On WordPress
0 notes
magaratimes · 6 years
Text
Urukundo rwa Flambeau De L’est na Christian Kabera n’akaramata.
Urukundo rwa Flambeau De L’est na Christian Kabera n’akaramata.
Umugwi wa Flambeau De L’est wo mu ntara ya Ruyigi washimye kugarukana ku ntebe y’ubumenyereza bwuyo mugwi Christian Kabera batazira « Mourihno » akaba yasinye amasezerano yo kumenyereza uyo mugwi ikiringo c’umwaka umwe.
Inyuma yo gutandukanya nuyo mugwi mugice ca mbere c’inkino zi higanwa rya Primus Ligue Burundi mu mwaka uheze, aca yigira ku menyereza umugwi wa Magara Stars, Christian Kabera…
View On WordPress
0 notes
magaratimes · 6 years
Text
Primus Ligue Burundi ubu vuba ihiganwa ry'umwaka 2018-2019 rigiye gusubira gutangura.
Primus Ligue Burundi ubu vuba ihiganwa ry’umwaka 2018-2019 rigiye gusubira gutangura.
Ihiganwa rikuru ryo mu gihugu c’Uburundi rizwi nka Primus Ligue ubu vuba rigiye gusubira gutangura mu mwaka waryo mushasha wa 2018-2019. Iryo higanwa risanzwe rifatwa mu mugongo n’ishirahamwe rihingura ibinyobwa mu Burundi BRARUDI ryatanze ikiringo inkino zizotangurirako, ni kw’itariki 18 Myandagaro 2018 nkuko tubikesha Ishirahamwe ry’umupira wa maguru mu Burundi FFB. Inkino zikomakomeye nizo…
View On WordPress
0 notes
magaratimes · 6 years
Text
Imboneka rimwe kubamenyereza bo muri Primus Ligue, Vivier Bahati yanyeguruye amafaranga ahembwa muri Les Lierres FC.
Imboneka rimwe kubamenyereza bo muri Primus Ligue, Vivier Bahati yanyeguruye amafaranga ahembwa muri Les Lierres FC.
Umumenyereza Vivier Bahati aherutse gutera umukono k’umasezerano yo kumenyereza umugwi wa Les Lierres FC ikiringo c’umwaka umwe, inyuma yo kuva mu mugwi wa Musongati FC, yarashize  ahabona atagukekeranya umushahara agiye guhembwa muruyo mugwi mugihe abamenyereza benshi bahano iwacu batubahuka kubivuga.
Mukiganiro yahaye iradio Isanganiro mu kiganiro cayo c’inkino co kuruyu wa kabiri, bamubaza…
View On WordPress
0 notes
magaratimes · 6 years
Text
Umugwi wa Gormahia wo muri Kenya wasinyishije umukinyi w’umurundi.
Umugwi wa Gormahia wo muri Kenya wasinyishije umukinyi w’umurundi.
Umugwi wa Gormahia wo mugihugu ca Kenya wasinyishije, umukinyi w’umurundi asanzwe akina hagati  kuruhande rwo gusatira, Moustapha Francis batazira «Ndjali», imukuye muri Kiyovu Sports yo mugihugu  c’Urwanda aho yarasanzwe akinira uyo mugwi ikiringo c’imyaka 2.
Kuruyu wa gatanu itariki 29 Ruheshi 2018 niho umugwi wa Gormahia wabishize ahabona ko wagiranye amasezerano na Moustapha Francis Ndjali,…
View On WordPress
0 notes