Tumgik
#OnésimeNDAYISHIMIYE
magaratimesfm · 4 years
Text
#RMT: Indirimbo nshasha ya #DaduCalixte yise #Naracunguwe.... - #RMTUpDates
#RMT: Indirimbo nshasha ya #DaduCalixte yise #Naracunguwe…. – #RMTUpDates
Indirimbo nshasha ya #DaduCalixte yise #Naracunguwe. Dadu Calixte, n' umuririmvyi wa #Gospel avugaka muri zone Magara komine Bugarama mu ntara ya #Rumonge akaba yiberera mu gihugu ca Africa y' epfo mu gisagara ca CapTown. Iyo ndirimbo yiwe nshasha yagiye ahabona k' umunsi w' Imana igenekerezo rya 10 Nzero 2021 abicishije kuri YouTube aho abantu benshi bayikunze cane. Weho uyumva gute?…
View On WordPress
1 note · View note
magaratimesfm · 3 years
Text
#GITEGA...
#GITEGA…
#GITEGA #ITERAMBERE Umurwizatunga Manirakiza George asanzwe arangurira ibikorwa vyiwe i Bujumbura aheruka kwubaka ihoteli hamwe n'ibiraro bitatu yasanuye . Gusanura ivyo biraro vyamutwaye imiliyoni cumi akaba ariko asaba abogira umutima wo kumufasha gusanura ibarabara Mwanzari-Gishubi kugira abagendesha imiduga boroherwe mu gihe we yari yarishizemwo kariyeri. #OnesimeNdayishimiye Source
Tumblr media
View On WordPress
0 notes
magaratimesfm · 3 years
Text
#INKINO Ku bikombe 20 umaze gutahukana, umugwi Vital'O ni wo uza imbere y'iyindi mu mateka y'umupira w'amaguru mu Burundi....
#INKINO Ku bikombe 20 umaze gutahukana, umugwi Vital'O ni wo uza imbere y'iyindi mu mateka y'umupira w'amaguru mu Burundi….
#INKINO Ku bikombe 20 umaze gutahukana, umugwi Vital'O ni wo uza imbere y'iyindi mu mateka y'umupira w'amaguru mu Burundi. Ni wo mugwi umaze gutahukana igikombe mw'ihiganwa mpuzamakungu. Aho hari muri 2013 aho watahukana igikombe citiriwe Kagame inter-club. Mu 1992, umugwi Vital'O waranashitse mu rukino rwa nyuma rw'ihiganwa ryo ku mugabane wa Afrika ryitwa "Coupe des coupes". Ng'iyi imigwi 6…
Tumblr media
View On WordPress
0 notes
magaratimesfm · 4 years
Text
#RMT: #BURUNDI #Kahise Ku wa 28 munyonyo 1966, Michel Micombero yaratembagaje intwaro ya cami mu guhirika umwami Ndizeye Charles, azwi nka Ntare V... - #RMTUpDates
#RMT: #BURUNDI #Kahise Ku wa 28 munyonyo 1966, Michel Micombero yaratembagaje intwaro ya cami mu guhirika umwami Ndizeye Charles, azwi nka Ntare V… – #RMTUpDates
#BURUNDI #Kahise Ku wa 28 munyonyo 1966, Michel Micombero yaratembagaje intwaro ya cami mu guhirika umwami Ndizeye Charles, azwi nka Ntare V. Ni ibiki mwoba muzi vyaranze intwaro ya Micombero ? #OnesimeNdayishimiye Source
Tumblr media
View On WordPress
0 notes
magaratimesfm · 4 years
Text
#RMT: #KAHISE Bakunzi ba Radio magara times fm 92, ku wa 30 Ruheshi 1977, umukuru w'igihugu Jean Baptiste Bagaza yarakuyeho #Ubugererwa.... - #RMTUpDates
#RMT: #KAHISE Bakunzi ba Radio magara times fm 92, ku wa 30 Ruheshi 1977, umukuru w’igihugu Jean Baptiste Bagaza yarakuyeho #Ubugererwa…. – #RMTUpDates
#KAHISE Bakunzi ba Radio magara times fm 92, ku wa 30 Ruheshi 1977, umukuru w’igihugu Jean Baptiste Bagaza yarakuyeho #Ubugererwa. Ni ibiki mwoba muzi kuri uwo mugirwa utavugwako rumwe ? #OnesimeNdayishimiye # Source
Tumblr media
View On WordPress
0 notes
magaratimesfm · 4 years
Text
#RMT: #Bishasha mu ngingo zafashwe n'abaserukira abandi muri Kaminuza y'Uburundi.... - #RMTUpDates
#RMT: #Bishasha mu ngingo zafashwe n'abaserukira abandi muri Kaminuza y'Uburundi…. – #RMTUpDates
#Bishasha mu ngingo zafashwe n'abaserukira abandi muri Kaminuza y'Uburundi. 👉 Kirazira kwambara ibutura, i "singlets", impuzu zo kwinonora imitsi, inkofero, munekere (pocket down) ikambabiri, n'ibirato vyose vyerekana amano (sandales), imipira ya za lumitel, econet-leo, n'izindi ; 👉 Ku bigeme, kirazira kwambara impuzu ngufi, izerekana mu mugongo, ibitenge, utujabitugu ( foulards), impuzu zifata…
Tumblr media
View On WordPress
0 notes
magaratimesfm · 4 years
Text
#RMT: #REGIDESO Ku wa mbere 25 Nzero, Regideso iti « Twaratakaje imiriyoni 25 kubera ishirahamwe Lumitel ryamaze amezi 10 rikoresha umuyagankuba ... - #RMTUpDates
#RMT: #REGIDESO Ku wa mbere 25 Nzero, Regideso iti « Twaratakaje imiriyoni 25 kubera ishirahamwe Lumitel ryamaze amezi 10 rikoresha umuyagankuba … – #RMTUpDates
#REGIDESO Ku wa mbere 25 Nzero, Regideso iti « Twaratakaje imiriyoni 25 kubera ishirahamwe Lumitel ryamaze amezi 10 rikoresha umuyagankuba wacu, ku kigo caryo ryo mu Kamenge, bidaciye mu mategeko ritaturiha. » 😱 Ku wa kabiri 26 Nzero, umuyobozi mukuru wa Lumitel ati : « Turemeye amakosa. Vyakozwe abo mu buyobozi bwo hejuru batabizi, turabisabiye imbabazi. Tugiye kuriha ayo mahera. » Tubwire,…
Tumblr media
View On WordPress
0 notes
magaratimesfm · 4 years
Text
#RMT: Muravyibuka igihe tubiyagako hano ?... - #RMTUpDates
#RMT: Muravyibuka igihe tubiyagako hano ?… – #RMTUpDates
Muravyibuka igihe tubiyagako hano https://bit.ly/3pr3wUw ? Mwibaza ko ugusenga kwa kera biciye mu kubandwa n’ugusenga kw’abakirisu b’ubu bitandukanye ? #kahise #OnesimeNdayishimiye Source
Tumblr media
View On WordPress
0 notes
magaratimesfm · 4 years
Text
#RMT: #PARIS: Amakuru dukura mumuryango wa nyakwigendera Petero Boyoya yahoze atwara igihugu c' uburundi amenyesha ko azo hambwa mugihugu ca Ma... - #RMTUpDates
#RMT: #PARIS: Amakuru dukura mumuryango wa nyakwigendera Petero Boyoya yahoze atwara igihugu c’ uburundi amenyesha ko azo hambwa mugihugu ca Ma… – #RMTUpDates
#PARIS: Amakuru dukura mumuryango wa nyakwigendera Petero Boyoya yahoze atwara igihugu c’ uburundi amenyesha ko azo hambwa mugihugu ca Mali aho yarasanzwe yarasavye ubuhungiro. Ariko umusi canke igenekerezo azohambirwako ntibirashobora kumenyekana. #OnésimeNdayishimiye Source
Tumblr media
View On WordPress
0 notes