Tumgik
#nshasha
magaratimesfm · 4 years
Text
#RMT: Indirimbo nshasha ya #DaduCalixte yise #Naracunguwe.... - #RMTUpDates
#RMT: Indirimbo nshasha ya #DaduCalixte yise #Naracunguwe…. – #RMTUpDates
Indirimbo nshasha ya #DaduCalixte yise #Naracunguwe. Dadu Calixte, n' umuririmvyi wa #Gospel avugaka muri zone Magara komine Bugarama mu ntara ya #Rumonge akaba yiberera mu gihugu ca Africa y' epfo mu gisagara ca CapTown. Iyo ndirimbo yiwe nshasha yagiye ahabona k' umunsi w' Imana igenekerezo rya 10 Nzero 2021 abicishije kuri YouTube aho abantu benshi bayikunze cane. Weho uyumva gute?…
View On WordPress
1 note · View note
linah-blanche · 2 years
Photo
Tumblr media
Mwafashe umwanya wo kwumviriza My Place ft Linah Blanche iri muri EP nshasha ya @alvin_smith_frimeur ? . Nimba wayumvirije, akajambo kamwe ✍🏾 . #queenofvibe #linahblanche2022 https://www.instagram.com/p/Cd0N0ULN70D/?igshid=NGJjMDIxMWI=
0 notes
masezerano · 5 years
Photo
Tumblr media
NDUBASHE KRISTO YESU. Uyu musi jewe MASEZERANO JEAN-CLAUDE nubatse urwanje na IHIMBAZWE FLORENCE FOFO imbere y'amategeko y'igihugu. Tubahaye ikaze ku musi wa gatandatu 7/9/2019 mu birori bidasanzwe DUHIMBAZA DUTAZIRA IMANA kubw'intambwe nshasha tuzoba duteye. Ndabakunda kandi ndabubashe cane. #MASEZERANO #IHIMBAZWE #WAMCNY (à Commune Gihosha) https://www.instagram.com/p/B11yroRh0CD/?igshid=szns25luzvy7
0 notes
linah-blanche · 2 years
Photo
Tumblr media
Nimba ushaka kumenya vyinshi Kubijanye numuziki wanje, aho natanguriye gushika ubu nasohoye indirimbo yanje nshasha #vibe, uzonkurikire kuri Instagram live kugira ubashe kumenya vyinshi. . Nzoba ndi kumwe na @momie_ina kuri live talk nkumushitsi ya @burundian_bg in kumwe na @burundionthemap . Izoba ari kuruyu Wagatanu Isaha 10pm - 11pm . Guys I will be live on Instagram this Friday from 22h - 23h to talk about my musical journey. . Keep streaming Vibe on . https://africori.to/vibe https://africori.to/vibe https://africori.to/vibe https://www.instagram.com/p/CdtEYjSt7TS/?igshid=NGJjMDIxMWI=
0 notes
magaratimesfm · 3 years
Text
#Ubudandaji...
#Ubudandaji…
#Ubudandaji Abakora ivya Lumicash, basabwa n’ishirahamwe Lumitel kuba bagiye kundinganizo nshasha mu kiringo kitarenga indwi zibiri. Iyo ndinganizo nayo ikaba ivuga ko bagira NIF, igitabo ndangamudandaza hamwe n’ikibanza (badatembera mu mabarabara). Ico gikorwa ca Lumicash kikaba cari kibeshejeho aba jeune benshi. Muvyumva gute? #RADIOMAGARATIMESFM Source
Tumblr media
View On WordPress
0 notes
masezerano · 5 years
Photo
Tumblr media
Namaze gushika mu nubakwa za Buja FM, mu mwanya muto ndinjira muri studio mu kiganiro HIT CONNECTION, mfise vyinshi nkubwira kuri ndirimbo nshasha #URI_IMANA, ku vyerekeye WORSHIP TOUR ngiye gukora vuba. Tumira mugenzawe rero. https://youtu.be/bEFeaGxl_tA Ndabakunda kandi ndabubashe cane. #URI_IMANA #MbayehoNgoNshime #MASEZERANO #WAMCNY https://www.instagram.com/p/BwHUsi7BET8/?utm_source=ig_tumblr_share&igshid=l56e7i65t2ws
0 notes
magaratimes · 6 years
Text
UEFA Champions League/ Amatsinda yamenyekanye, Cristiano Ronaldo azohura n'umugwi wiwe wa kera.
UEFA Champions League/ Amatsinda yamenyekanye, Cristiano Ronaldo azohura n’umugwi wiwe wa kera.
Igena rya matsinda muri UEFA Champions League 2018-2019 ku mugabane wa buraya ryabaye kuruyu wa kane mu gisagara ca Monaco.  Real Madrid yisanze mw’itsinda rya G ikaba irikumwe n’imigwi idateye ubwoba cane. Ni mugihe umugwi mu nshasha wa Cristiano Ronaldo, Juventus  iri mw’itsinda  rimwe n’umugwi wiwe wa kera Manchester United.
Itsinda A : Atletico Madrid, Borussia Dortmund, MONACO, FC Bruges.
I…
View On WordPress
0 notes
magaratimes · 6 years
Text
#MagaraTimes: Soma inkuru nshasha ziryoshe, wongere ubihembegwe!
#MagaraTimes: Soma inkuru nshasha ziryoshe, wongere ubihembegwe!
Guhera itariki ya 1 Ruheshi 2018, soma amakuru mashasha buri musi kuri https://magaratimes.com uheze uronke amahigwe yo gubitsindira agahembo buri kwezi.
“Mukama, amakuru mu Kirundi ntiyari bwa ryohe kurusha ngaha!”, ukwo niko ino nkuru yakiriwe n’abantu benshi ku mbuga rusangi zitandukanye.
Journal Magara Times, “JMT”, ibazaniye ubuhembo butatu buri kwezi aho uwuzoba uwambere mu bakunzi…
View On WordPress
0 notes
magaratimes · 7 years
Text
#BBC: Imyiyerekano yateye imidurumbanyo ikomeye muri Venezuela
#BBC: Imyiyerekano yateye imidurumbanyo ikomeye muri Venezuela
[ad_1] Uwufise ububasha kw’isanamu AFP Image caption Abari mu myiyerekano n’igipolisi batanye mu mitwe mu bisagara vyinshi vya Venezuela. Abantu amamiliyoni bitavye akamo k’abatavuga rumwe na reta ko keitsba imyiyerekano yo kwiyamiriza amatora y’inama nshingamateka nshasha. Imishamirano hagati y’abari mu myiyerekano hamwe n’igipolisi yahitanye abantu batatu, abandi barenga 300 bivugwa ko…
View On WordPress
0 notes
magaratimes · 7 years
Text
#VOA: Umugambi Wo Kwumvikanisha Uburundi N'U Rwanda
#VOA: Umugambi Wo Kwumvikanisha Uburundi N’U Rwanda
[ad_1] Umunyarwandakazi Madame Immaculee Ingabire niwe yatowe kur’ uyu wa gatanu ngo arongore urunani rw’amashirahamwe yigenga yo mu karere ka Afrika y’ubuseruko yose (East African Civil Society Organizations’ Forum). Inzego nshasha zivuga ko icihutirwa ar’ukuba umuhuza kugira amatati ari hagati y’Uburundi n’u Rwanda arangire. Izo nzego zibabazwa n’uko abanyagihugu aribo bahagirira ingorane…
View On WordPress
0 notes
magaratimes · 8 years
Text
#BBCGahuza: Ingurane yo kwiga muri Kaminuza y'Uburundi
#BBCGahuza: Ingurane yo kwiga muri Kaminuza y’Uburundi
[ad_1] Image caption Kaminuza y’Uburundi imaze imyaka 50. Muri kaminuza y’uburundi uyu munsi niho hatangura icese umwaka mushasha w’ivyigwa. Iyo ntango ihuriranye n’uko leta y’ico gihugu igiye gutangura kuzohora iha abanyeshure ingurane yo kwiga aho kubaha imfashanyo ku buntu nk’uko vyari bisanzwe kuri iyo kaminuza imaze imyaka 50. Abanyeshure ntibashima na gato iyo ngendo nshasha. Mu…
View On WordPress
0 notes
magaratimes · 8 years
Text
#VOAKirundi: ONU Ibabajwe Nuko Umunyapalestine Yazibiwe
#VOAKirundi: ONU Ibabajwe Nuko Umunyapalestine Yazibiwe
[ad_1] Umunyamabanga mukuru w’ishirahamwe mpuzamakungu O-N-U, Antonio Guterres, yatangaje ko ababajwe n’ingingo ya Reta Zunze Ubumwe za Amerika y’ukwiyamiriza igenwa ry’umunyapalestina, Salam Fayyad kugira abe intumwa nshasha y’urwo rwego mu gihugu ca Libiya  Yatangaje ko Salam Fayyad, ariwe muntu akwiriye ayo mabanga muri iki gihe. Reta Zunze Ubumwe za Amerika zarazibiye igenwa ryiwe ku musi wa…
View On WordPress
0 notes
magaratimesfm · 5 years
Text
#Burundi #RMTUpDates: 20200129 - Amakuru ya Radio @MagaraTimesFM yo kuwa gatatu kuri 92.00 Mhz no kuri Internet
#Burundi #RMTUpDates: 20200129 – Amakuru ya Radio @MagaraTimesFM yo kuwa gatatu kuri 92.00 Mhz no kuri Internet
Amakuru yo kuruwu musi wa gatatu igenekerezo rya 29-01-2020 dushikirizwa na Hawa BUKURU agizwe nizi ngingo nkuru nkuru zikurikira: -Naho intara ya Rumonge ikiri nshasha igeze kuntambwe ishimishije mw’Iterambere. -Abenga amamesa murikino gihe bashobora guhomba bivuye kunvura nyishi. Amakuru aramvuye murayasanga kumbuga zacu za YouTube,Facebook,…
20200129 – Amakuru ya Radio @MagaraTimesFM yo kuwa…
View On WordPress
0 notes
masezerano · 7 years
Video
instagram
ISENGESHO indirimbo yanje nshasha, ushobora kuba warayumvirije canke utarayumviriza, yumvirize ngaha https://m.youtube.com/watch?v=uc1D060E08E #Masezerano #SiJeNkirihoNiKristoMuriJe #WumvAmahoroMenshiCaneNcutiYanje (à Africa/Bujumbura)
0 notes
masezerano · 7 years
Photo
Tumblr media
Uwariwe wese yomushima kubw'inzu yubatse, kubw'amashure yarangije, kubw'akazi yarose, kubw'imodoka nshasha yaguze, kubw'idiri yakoze ikagenda neza, n'ibindi nkivyo. Ariko umva ncuti yanje ABAMUHIMBAZA b'UKURU bavuga NDAGUHIMBAJE naho akazi kaheze, naho ata nzu mfise, naho abana banje barwaye, naho naho naho ntabayeho uko nipfuza IZINA RYAWE MANA RIRISHIMWE. Imana yacu yibera ahar'AMASHIMWE. #Masezerano #SiJeNkirihoNiKristoMuriJe #WumvAmahoroMenshiCaneNcutiYanje (à Africa/Bujumbura)
0 notes